Yesaya 57:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 “Ndema icamwa c’iminwa+. Hazoba amahoro abandanya ku wuri kure no ku wuri hafi+,” ni ko Yehova avuze, “kandi nzomukiza+.” Abakolosayi 1:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 kandi biciye kuri we ikongera kwisubizako+ ibindi bintu vyose+ mu kugarukana amahoro+ biciye ku maraso+ yasheshe ku giti co kubabarizwako+, vyaba ivyo kw’isi canke ivyo mw’ijuru.
19 “Ndema icamwa c’iminwa+. Hazoba amahoro abandanya ku wuri kure no ku wuri hafi+,” ni ko Yehova avuze, “kandi nzomukiza+.”
20 kandi biciye kuri we ikongera kwisubizako+ ibindi bintu vyose+ mu kugarukana amahoro+ biciye ku maraso+ yasheshe ku giti co kubabarizwako+, vyaba ivyo kw’isi canke ivyo mw’ijuru.