Zaburi 137:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ewe Yehova, ibuka+ ku biraba abana ba Edomu+ wa musi wa Yeruzalemu+,Bamwe bavuga ngo: “Hakobe! Hakobe gushika no ku mushinge waho+!” Yesaya 34:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 “Kuko mu majuru inkota+ yanje izojobekwa koko. Raba! Izomanuka kuri Edomu+, no ku bantu nahebeye gutikizwa+ mu butungane.
7 Ewe Yehova, ibuka+ ku biraba abana ba Edomu+ wa musi wa Yeruzalemu+,Bamwe bavuga ngo: “Hakobe! Hakobe gushika no ku mushinge waho+!”
5 “Kuko mu majuru inkota+ yanje izojobekwa koko. Raba! Izomanuka kuri Edomu+, no ku bantu nahebeye gutikizwa+ mu butungane.