Yesaya 25:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kandi kuri uwo musi umuntu ntazobura kuvuga ati: “Raba! Iyi ni yo Mana yacu+. Twarayizigiye+, kandi izodukiza+. Uyu ni Yehova+. Twaramwizigiye. Tunezererwe ubukiriro atanga, tubuhimbarirwe+.” Yesaya 49:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Abagufata nabi nzobarisha inyama zabo ubwabo; kandi bazoborerwa amaraso yabo ubwabo nk’ababorewe umuvinyu usosa. Kandi ikiri n’umubiri cose kizobwirizwa kumenya ko jewe Yehova+ ndi Umukiza+ wawe n’Umucunguzi+ wawe, Umunyabubasha wa Yakobo+.”
9 Kandi kuri uwo musi umuntu ntazobura kuvuga ati: “Raba! Iyi ni yo Mana yacu+. Twarayizigiye+, kandi izodukiza+. Uyu ni Yehova+. Twaramwizigiye. Tunezererwe ubukiriro atanga, tubuhimbarirwe+.”
26 Abagufata nabi nzobarisha inyama zabo ubwabo; kandi bazoborerwa amaraso yabo ubwabo nk’ababorewe umuvinyu usosa. Kandi ikiri n’umubiri cose kizobwirizwa kumenya ko jewe Yehova+ ndi Umukiza+ wawe n’Umucunguzi+ wawe, Umunyabubasha wa Yakobo+.”