Zaburi 75:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Kuko hari igikombe mu kuboko kwa Yehova+,Kandi umuvinyu uriko urabimba ifuro; wuzuye ikivange.Kandi vy’ukuri azosuka urutere rwawo ruve muri wo;Ababisha bose bo kw’isi bazorwirangūza, barunywe+.” Yeremiya 25:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Bazonywa koko maze bazungazunge, bamere nk’abasazi kubera inkota ngira ndabarungikemwo+.” Ivyahishuwe 14:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 azonywa kandi ku muvinyu w’ishavu ry’Imana risutswe mu gikombe c’uburake bwayo+ ritavanze, kandi azobabazwa+ hakoreshejwe umuriro n’amazuku+ mu maso y’abamarayika beranda no mu maso ya wa Mwagazi w’intama.
8 Kuko hari igikombe mu kuboko kwa Yehova+,Kandi umuvinyu uriko urabimba ifuro; wuzuye ikivange.Kandi vy’ukuri azosuka urutere rwawo ruve muri wo;Ababisha bose bo kw’isi bazorwirangūza, barunywe+.”
10 azonywa kandi ku muvinyu w’ishavu ry’Imana risutswe mu gikombe c’uburake bwayo+ ritavanze, kandi azobabazwa+ hakoreshejwe umuriro n’amazuku+ mu maso y’abamarayika beranda no mu maso ya wa Mwagazi w’intama.