Gusubira mu vyagezwe 7:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Kuko uri igisata ceranda kuri Yehova Imana yawe+. Ni wewe Yehova Imana yawe yatoye ngo ube igisata ciwe, inyegu idasanzwe, mu bisata vyose vy’abantu biri ku buringanire bw’ubutaka+. Zaburi 79:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Nayo twebwe abantu bawe n’umukuku wo mu buragiriro bwawe+,Tuzogukengurukira gushika igihe kitagira urugero;Kuva kw’iyaruka uja ku rindi, tuzomenyesha ishemezo ryawe+.
6 Kuko uri igisata ceranda kuri Yehova Imana yawe+. Ni wewe Yehova Imana yawe yatoye ngo ube igisata ciwe, inyegu idasanzwe, mu bisata vyose vy’abantu biri ku buringanire bw’ubutaka+.
13 Nayo twebwe abantu bawe n’umukuku wo mu buragiriro bwawe+,Tuzogukengurukira gushika igihe kitagira urugero;Kuva kw’iyaruka uja ku rindi, tuzomenyesha ishemezo ryawe+.