2 Ngoma 34:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 kubera ko bampevye+ bakaja gufumbishiriza umwotsi w’ibimazi izindi mana+, kugira ngo bambabarishe+ ibikorwa vyose vy’amaboko yabo+. Ku bw’ivyo, ubushangashirwe bwanje+ buzosukwa aha hantu, ntibuzime+.’” Yeremiya 44:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ivyo vyatumwe n’ububi bwabo bakoze kugira ngo bambabaze mu kuja gufumbishiriza umwotsi w’ibimazi+ izindi mana no kuzikorera, izo batamenye, baba bo canke mwebwe canke ba sogokuruza banyu+.
25 kubera ko bampevye+ bakaja gufumbishiriza umwotsi w’ibimazi izindi mana+, kugira ngo bambabarishe+ ibikorwa vyose vy’amaboko yabo+. Ku bw’ivyo, ubushangashirwe bwanje+ buzosukwa aha hantu, ntibuzime+.’”
3 Ivyo vyatumwe n’ububi bwabo bakoze kugira ngo bambabaze mu kuja gufumbishiriza umwotsi w’ibimazi+ izindi mana no kuzikorera, izo batamenye, baba bo canke mwebwe canke ba sogokuruza banyu+.