Yesaya 62:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 “Amahanga ntazobura kubona ubugororotsi bwawe+, ewe mugore+, n’abami bose babone ubuninahazwa bwawe+. Kandi uzokwitwa vy’ukuri izina rishasha+, iryo akanwa ka Yehova kazotora. Yeremiya 33:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Muri iyo misi Yuda izokizwa+ kandi Yeruzalemu izokwibera mu mutekano+. Kandi uku ni ko Yeruzalemu azokwitwa: Yehova ni ubugororotsi bwacu+.’” Abaroma 9:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 kandi ahantu babwiriwe ngo: ‘Ntimuri abantu banje,’ ni ho bazokwitirwa ‘abana b’Imana nzima+.’”
2 “Amahanga ntazobura kubona ubugororotsi bwawe+, ewe mugore+, n’abami bose babone ubuninahazwa bwawe+. Kandi uzokwitwa vy’ukuri izina rishasha+, iryo akanwa ka Yehova kazotora.
16 Muri iyo misi Yuda izokizwa+ kandi Yeruzalemu izokwibera mu mutekano+. Kandi uku ni ko Yeruzalemu azokwitwa: Yehova ni ubugororotsi bwacu+.’”