ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 6:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Nsigaye nuzuye ubushangashirwe bwa Yehova. Ndambiwe no kwigumya+.”

      “Busuke ku mwana ari mw’ibarabara+ no ku mugwi w’abagenzi somambike w’abasore icarimwe; kuko na bo nyene bazofatwa, umugabo hamwe n’umugore wiwe, umutama hamwe n’uwugeze mu zabukuru+.

  • Gucura intimba 5:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Abatama ntibacicara kw’irembo+, imisore ntigicuraranga umuziki wayo w’ibicurarangisho+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika