Yesaya 60:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 “Abana b’abaguteza amarushwa bazotegerezwa kuza kuri wewe bakwunamira+; abakugaya bose bazotegerezwa gukubita inkoro hasi imbere y’ubworo bw’ibirenge vyawe+, kandi bazobwirizwa kukwita igisagara ca Yehova, Siyoni+ y’Umweranda wa Isirayeli. Yesaya 65:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Raba! Abasavyi banje bazokwiha akamo k’umunezero kubera bamerewe neza ku mutima+, mugabo mwebwe muzoboroga kubera umubabaro wo mu mutima, mumokeshwe n’ukudendebuka kw’umutima+.
14 “Abana b’abaguteza amarushwa bazotegerezwa kuza kuri wewe bakwunamira+; abakugaya bose bazotegerezwa gukubita inkoro hasi imbere y’ubworo bw’ibirenge vyawe+, kandi bazobwirizwa kukwita igisagara ca Yehova, Siyoni+ y’Umweranda wa Isirayeli.
14 Raba! Abasavyi banje bazokwiha akamo k’umunezero kubera bamerewe neza ku mutima+, mugabo mwebwe muzoboroga kubera umubabaro wo mu mutima, mumokeshwe n’ukudendebuka kw’umutima+.