Gusubira mu vyagezwe 32:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Uguhōra ni ukwanje, n’uguhemba ni ukwanje+.Igihe nicagera ikirenge cabo kizogenda kiradandabagirana+,Kuko umusi w’ivyago vyabo uri hafi+Kandi ibiteguriwe kubashikira biranyaragasa+.’ Yesaya 59:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Yisunze ivyo umuntu akora, azotanga impera bikwiranye+, ubushangashirwe ku barwanizi biwe, agirire abansi biwe ivyo babereye+. Amazinga azoyahemba ivyo abereye+.
35 Uguhōra ni ukwanje, n’uguhemba ni ukwanje+.Igihe nicagera ikirenge cabo kizogenda kiradandabagirana+,Kuko umusi w’ivyago vyabo uri hafi+Kandi ibiteguriwe kubashikira biranyaragasa+.’
18 Yisunze ivyo umuntu akora, azotanga impera bikwiranye+, ubushangashirwe ku barwanizi biwe, agirire abansi biwe ivyo babereye+. Amazinga azoyahemba ivyo abereye+.