Itanguriro 18:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Hari ikidashoboka kuri Yehova+? Ku gihe cashinzwe nzogaruka kuri wewe, mu mwaka uza nk’aya mango, kandi Sara azoronka umuhungu.” Yesaya 37:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Nuko bamubwira bati: “Hezekiya avuze ngo: ‘Uyu musi ni umusi w’amarushwa+ n’uw’uguhambara n’uw’ukutisonera kw’akagaye+; kuko tumeze nk’umugore agira yibaruke mugabo akaba atagira inkomezi zo kwibaruka+.
14 Hari ikidashoboka kuri Yehova+? Ku gihe cashinzwe nzogaruka kuri wewe, mu mwaka uza nk’aya mango, kandi Sara azoronka umuhungu.”
3 Nuko bamubwira bati: “Hezekiya avuze ngo: ‘Uyu musi ni umusi w’amarushwa+ n’uw’uguhambara n’uw’ukutisonera kw’akagaye+; kuko tumeze nk’umugore agira yibaruke mugabo akaba atagira inkomezi zo kwibaruka+.