ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 72:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  3 Imisozi nishīre abantu amahoro+,

      N’imirambi nyene, biciye ku bugororotsi.

  • Yesaya 9:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Ukugwira kw’ubutware bwa kiganwa+ be n’amahoro ntibizogira iherezo+, ku ntebe y’ubwami ya Dawidi+ no ku bwami bwiwe, kugira ngo bushimangirwe+ no kugira ngo bushigikizwe ubutungane+ n’ubugororotsi+, kuva ubu no gushika igihe kitagira urugero*. Umwete nyene wa Yehova nyen’ingabo uzobikora+.

  • Yesaya 48:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Ese iyaba wokwumviriza koko amabwirizwa yanje+! Amahoro yawe rero yomera nk’uruzi+, ubugororotsi bwawe na bwo nk’imipfunda y’ikiyaga+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika