Zaburi 119:165 Bibiliya y’isi nshasha 165 Abakunda itegeko ryawe bagira amahoro menshi+,Kandi kuri bo nta gitsitaza kihaba+. Yesaya 32:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Kandi abantu banje bazokwibera ahantu h’amahoro no mu bigo bitekanye rwose n’ahantu h’ukuruhukira hatagira inkomanzi+. Yesaya 66:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Kuko ibi ari vyo Yehova avuze: “Ehe ngira ndamuhe amahoro ameze nk’uruzi+, n’ubuninahazwa bw’amahanga bumeze nk’uruzi rw’isumo rusegenyuka+, kandi ntimuzobura kwonka+. Muzotwarwa ku kiyunguyungu, babakuyakuyire ku mavi+.
18 Kandi abantu banje bazokwibera ahantu h’amahoro no mu bigo bitekanye rwose n’ahantu h’ukuruhukira hatagira inkomanzi+.
12 Kuko ibi ari vyo Yehova avuze: “Ehe ngira ndamuhe amahoro ameze nk’uruzi+, n’ubuninahazwa bw’amahanga bumeze nk’uruzi rw’isumo rusegenyuka+, kandi ntimuzobura kwonka+. Muzotwarwa ku kiyunguyungu, babakuyakuyire ku mavi+.