Yesaya 60:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Kandi uzokwonka vy’ukuri amaberebere y’amahanga+, wonke ibere ry’abami+; kandi ntuzobura kumenya yuko jewe Yehova+ ndi Umukiza+ wawe, kandi ko Umunyabubasha+ wa Yakobo ari we Mucunguzi+ wawe.
16 Kandi uzokwonka vy’ukuri amaberebere y’amahanga+, wonke ibere ry’abami+; kandi ntuzobura kumenya yuko jewe Yehova+ ndi Umukiza+ wawe, kandi ko Umunyabubasha+ wa Yakobo ari we Mucunguzi+ wawe.