Guharura 16:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Nuko umuriro uraza uvuye kuri Yehova+, utangura kuyigiza ba bagabo amajana abiri na mirongo itanu bariko bashikana imibavu+. 2 Abatesalonika 1:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 mu muriro uyingana, niyihora+ abatazi Imana+ be n’abatagamburukira+ inkuru nziza yerekeye Umukama wacu Yezu+.
35 Nuko umuriro uraza uvuye kuri Yehova+, utangura kuyigiza ba bagabo amajana abiri na mirongo itanu bariko bashikana imibavu+.
8 mu muriro uyingana, niyihora+ abatazi Imana+ be n’abatagamburukira+ inkuru nziza yerekeye Umukama wacu Yezu+.