ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ezira 3:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Maze Yeshuwa+ mwene Yehozadaki na bene wabo ari bo baherezi, na Zerubabeli+ mwene Sheyalutiyeli+ na bene wabo, barahaguruka bubaka igicaniro* c’Imana ya Isirayeli, kugira ngo bagishikaneko ibimazi biturirwa, bisunze ivyanditswe+ mw’itegeko rya Musa umuntu w’Imana y’ukuri.

  • Ezira 5:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Ico gihe ni ho Zerubabeli+ mwene Sheyalutiyeli+ na Yeshuwa+ mwene Yehozadaki bahaguruka bagatangura gusubira kwubaka inzu y’Imana yari i Yeruzalemu; bari kumwe n’abahanuzi b’Imana+ babafasha.

  • Yesaya 65:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 “Kuko ehe ndiko ndema amajuru mashasha+ n’isi nshasha+; kandi ivya kera ntibizokwibukwa+, eka mbere ntibizoza mu mutima+.

  • 2 Petero 3:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Mugabo, nk’uko yabisezeranye, turorereye amajuru mashasha+ n’isi nshasha+, kandi aho ni ho ubugororotsi buzoba+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika