Zaburi 94:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Kuko Yehova atazoheba abantu biwe+,Eka ntazota intoranwa yiwe+. Yeremiya 31:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 ati: “‘Nimba izo ngingo nyobozi zoshobora gukurwa imbere yanje+,’ ni ko Yehova avuze, ‘abari uruvyaro rwa Isirayeli na bo nyene boshobora kureka kuba ihanga imbere yanje nantaryo+.’”
36 ati: “‘Nimba izo ngingo nyobozi zoshobora gukurwa imbere yanje+,’ ni ko Yehova avuze, ‘abari uruvyaro rwa Isirayeli na bo nyene boshobora kureka kuba ihanga imbere yanje nantaryo+.’”