Zaburi 148:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Atuma biguma bihagaze ibihe bidahera, gushika igihe kitagira urugero+.Yatanze ingingo nyobozi, kandi ntizovaho+. Yesaya 54:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kuko imisozi ishobora gukurwaho, n’imirambi igashobora kudandabagirana+, mugabo ubuntu bwuzuye urukundo bwanje ntibuzokurwa kuri wewe+, canke ngo isezerano ryanje ry’amahoro ridandabagirane+,” ni ko Yehova, Umwe akugirira imbabazi+, avuze. Yeremiya 33:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 “Ibi ni vyo Yehova avuze: ‘Nimba mwoshobora guhagarika isezerano ryanje ry’umurango n’isezerano ryanje ry’ijoro, kugira ngo umurango n’ijoro ntibize mu gihe cavyo+,
6 Atuma biguma bihagaze ibihe bidahera, gushika igihe kitagira urugero+.Yatanze ingingo nyobozi, kandi ntizovaho+.
10 Kuko imisozi ishobora gukurwaho, n’imirambi igashobora kudandabagirana+, mugabo ubuntu bwuzuye urukundo bwanje ntibuzokurwa kuri wewe+, canke ngo isezerano ryanje ry’amahoro ridandabagirane+,” ni ko Yehova, Umwe akugirira imbabazi+, avuze.
20 “Ibi ni vyo Yehova avuze: ‘Nimba mwoshobora guhagarika isezerano ryanje ry’umurango n’isezerano ryanje ry’ijoro, kugira ngo umurango n’ijoro ntibize mu gihe cavyo+,