ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 1:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Imana ikora ibitangamuco bibiri bininibinini, igitangamuco kinini muri vyo co kuganza umurango, n’igitangamuco gitoyi co kuganza ijoro, ikora n’inyenyeri+.

  • Zaburi 89:37
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 37 Nka kurya kw’ukwezi, izoshimangirwa igihe kitagira urugero,

      Mbere nk’icabona cizigirwa mu birere.” Sela.

  • Yesaya 54:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Kuko imisozi ishobora gukurwaho, n’imirambi igashobora kudandabagirana+, mugabo ubuntu bwuzuye urukundo bwanje ntibuzokurwa kuri wewe+, canke ngo isezerano ryanje ry’amahoro ridandabagirane+,” ni ko Yehova, Umwe akugirira imbabazi+, avuze.

  • Yeremiya 31:35
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 35 Ibi ni vyo Yehova, Umwe atanga izuba ngo ritange umuco ku murango+, agatanga ivyagezwe+ biganza ukwezi+ n’inyenyeri ngo bitange umuco mw’ijoro+, Umwe avyura ikiyaga kugira ngo imipfunda yaco isebagirike+, Umwe yitwa Yehova nyen’ingabo+, avuze,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika