ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 30:30
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 30 Kandi Yehova azokwumvikanisha koko iteka ry’ijwi ryiwe+, yerekane ukumanuka kw’ukuboko kwiwe+, mu bushangashirwe bw’ishavu+, n’urubeya rw’umuriro uyigiza+, n’ugupumuka kw’ibicu, n’ikirura c’imvura+ be n’iminana y’urubura+.

  • Yesaya 30:31
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 31 Kuko Ashuri izocibwa ivutu n’ijwi rya Yehova+; mbere azoyikubita ikibando+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika