Yesaya 10:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 “Kandi uku ni ko bitegerezwa kuba: Yehova niyarangiza igikorwa ciwe cose ku musozi Siyoni n’i Yeruzalemu, nzogira ico mbaza ku bw’ivyamwa vy’ukutisonera kw’umutima w’umwami wa Ashuri, no ku bw’ukwibona ubuhambare kw’amaso yiwe yishira hejuru+.
12 “Kandi uku ni ko bitegerezwa kuba: Yehova niyarangiza igikorwa ciwe cose ku musozi Siyoni n’i Yeruzalemu, nzogira ico mbaza ku bw’ivyamwa vy’ukutisonera kw’umutima w’umwami wa Ashuri, no ku bw’ukwibona ubuhambare kw’amaso yiwe yishira hejuru+.