Yesaya 65:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Nzozana uruvyaro ndarukuye muri Yakobo+, muri Yuda na ho nkureyo uwuzotorana imisozi yanje+; abo natoye ntibazobura kuhigarurira+, kandi abasavyi banje ni ho bazoba+. Hoseya 1:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 “Kandi igitigiri ca bene Isirayeli kizoba koko nk’udutete tw’umusenyi two ku kiyaga tudashobora kugerwa canke guharurwa+. Kandi aho bahora babwirirwa ngo: ‘Ntimuri abantu banje+,’ bazohabwirirwa ngo: ‘Muri abana b’Imana nzima+.’ Hoseya 6:1 Bibiliya y’isi nshasha 6 “Nimuze dusubire kuri Yehova+, kuko ari we yadutabaguye+ mugabo azodukiza+. Yagumye adukubita, mugabo azodutubika+. Abaroma 9:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Kandi, nk’uko Yesaya yari yarabivuze kera ati: “Iyo Yehova nyen’ingabo*+ atadusigira uruvyaro, tuba twaracitse nka Sodomu, kandi tuba twaragizwe nka Gomora+.”
9 Nzozana uruvyaro ndarukuye muri Yakobo+, muri Yuda na ho nkureyo uwuzotorana imisozi yanje+; abo natoye ntibazobura kuhigarurira+, kandi abasavyi banje ni ho bazoba+.
10 “Kandi igitigiri ca bene Isirayeli kizoba koko nk’udutete tw’umusenyi two ku kiyaga tudashobora kugerwa canke guharurwa+. Kandi aho bahora babwirirwa ngo: ‘Ntimuri abantu banje+,’ bazohabwirirwa ngo: ‘Muri abana b’Imana nzima+.’
6 “Nimuze dusubire kuri Yehova+, kuko ari we yadutabaguye+ mugabo azodukiza+. Yagumye adukubita, mugabo azodutubika+.
29 Kandi, nk’uko Yesaya yari yarabivuze kera ati: “Iyo Yehova nyen’ingabo*+ atadusigira uruvyaro, tuba twaracitse nka Sodomu, kandi tuba twaragizwe nka Gomora+.”