Itanguriro 35:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Nayo igihugu nahaye Aburahamu na Izahaki, nzogiha wewe, kandi uruvyaro* rwawe+ rwo mu nyuma zawe nzoruha ico gihugu+.” Yesaya 60:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Nayo abantu bawe, bose bazoba abagororotsi+; bazokwigabira igihugu gushika igihe kitagira urugero+, babe umunago nitereye+, igikorwa c’amaboko yanje+, kugira ngo nsharizwe+. Ezekiyeli 36:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Nayo mwebwe ga misozi ya Isirayeli, muzonaga amashami yanyu, mwame ivyamwa vyanyu ku bw’igisata canje Isirayeli+, kuko begereje gushika+. Obadiya 17 Bibiliya y’isi nshasha 17 “Ku musozi Siyoni ni ho abacitse kw’icumu bazoba bari+, kandi uzoba ikintu ceranda koko+; inzu ya Yakobo izokwigarurira ibintu ibwirizwa kwigarurira+.
12 Nayo igihugu nahaye Aburahamu na Izahaki, nzogiha wewe, kandi uruvyaro* rwawe+ rwo mu nyuma zawe nzoruha ico gihugu+.”
21 Nayo abantu bawe, bose bazoba abagororotsi+; bazokwigabira igihugu gushika igihe kitagira urugero+, babe umunago nitereye+, igikorwa c’amaboko yanje+, kugira ngo nsharizwe+.
8 Nayo mwebwe ga misozi ya Isirayeli, muzonaga amashami yanyu, mwame ivyamwa vyanyu ku bw’igisata canje Isirayeli+, kuko begereje gushika+.
17 “Ku musozi Siyoni ni ho abacitse kw’icumu bazoba bari+, kandi uzoba ikintu ceranda koko+; inzu ya Yakobo izokwigarurira ibintu ibwirizwa kwigarurira+.