Zaburi 9:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Nimuhibongoreze Yehova, umwe aba i Siyoni+;Nimuyage mu bisata vy’abantu ibikorwa vyiwe+. Zaburi 40:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Wewe ubwawe wakoze ibintu vyinshi+,Ewe Yehova Mana yanje, mbere n’ibikorwa vy’agatangaza vyawe n’ivyiyumviro udufiseko+;Nta n’umwe ariho yogereranywa nawe+.Hamwe norondera kubivuga no kubiyaga,Ni vyinshi kuruta ivyo nodonda+. Zaburi 105:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nimumuririmbire, mumuhibongoreze+,Mwitwararike ibikorwa vy’agatangaza vyiwe vyose+. Zaburi 145:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Uko iyaruka rikurikira irindi, rizokeza ibikorwa vyawe+,Kandi bazotangaza ibikorwa vyawe vy’inkomezi+.
5 Wewe ubwawe wakoze ibintu vyinshi+,Ewe Yehova Mana yanje, mbere n’ibikorwa vy’agatangaza vyawe n’ivyiyumviro udufiseko+;Nta n’umwe ariho yogereranywa nawe+.Hamwe norondera kubivuga no kubiyaga,Ni vyinshi kuruta ivyo nodonda+.
4 Uko iyaruka rikurikira irindi, rizokeza ibikorwa vyawe+,Kandi bazotangaza ibikorwa vyawe vy’inkomezi+.