Yesaya 47:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Ukwo ni ko bazomera koko kuri wewe, abo mwacumukuranye ari abagosi+ bawe kuva mu buto bwawe. Bazokwangara koko, umwe wese aja mu karere kiwe. Ntihazoba n’umwe wo kugukiza+.
15 Ukwo ni ko bazomera koko kuri wewe, abo mwacumukuranye ari abagosi+ bawe kuva mu buto bwawe. Bazokwangara koko, umwe wese aja mu karere kiwe. Ntihazoba n’umwe wo kugukiza+.