Zaburi 48:1 Bibiliya y’isi nshasha 48 Yehova arahambaye kandi ni uwo gushemezwa cane+Mu gisagara c’Imana yacu+, ku musozi wayo mweranda+. Zaburi 87:1 Bibiliya y’isi nshasha 87 Umushinge wiwe uri mu misozi myeranda+. Zaburi 102:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Kuko Yehova atazobura kwubaka Siyoni+;Emwe, azoseruka mu buninahazwa bwiwe+. Zaburi 132:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Kuko Yehova yatoye Siyoni+;Yarayicambiwe ngo imubere aho kuba+, ati: Yesaya 28:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 ibi rero ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: “Ehe ndiko nshira i Siyoni+ ibuye+ ryo kuba umushinge, ibuye ryageragejwe+, imfuruka y’agaciro+ y’umushinge udakekeranywa+. Nta n’umwe aryizera azota umutwe+.
48 Yehova arahambaye kandi ni uwo gushemezwa cane+Mu gisagara c’Imana yacu+, ku musozi wayo mweranda+.
87 Umushinge wiwe uri mu misozi myeranda+. Zaburi 102:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Kuko Yehova atazobura kwubaka Siyoni+;Emwe, azoseruka mu buninahazwa bwiwe+. Zaburi 132:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Kuko Yehova yatoye Siyoni+;Yarayicambiwe ngo imubere aho kuba+, ati: Yesaya 28:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 ibi rero ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: “Ehe ndiko nshira i Siyoni+ ibuye+ ryo kuba umushinge, ibuye ryageragejwe+, imfuruka y’agaciro+ y’umushinge udakekeranywa+. Nta n’umwe aryizera azota umutwe+.
16 ibi rero ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: “Ehe ndiko nshira i Siyoni+ ibuye+ ryo kuba umushinge, ibuye ryageragejwe+, imfuruka y’agaciro+ y’umushinge udakekeranywa+. Nta n’umwe aryizera azota umutwe+.