ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Samweli 3:31
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 31 Maze Dawidi abwira Yowabu n’abantu bose bari kumwe na we ati: “Nimutantamure impuzu zanyu+, mukenyere amagunira*+ hanyuma muboroge cane imbere ya Abuneri.” Umwami Dawidi na we nyene yariko agendera inyuma y’inderuzo.

  • 2 Abami 6:30
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 30 Umwami akimara kwumva amajambo ya nya mugore, aca atantamura+ impuzu ziwe; hanyuma ariko ararengana ku ruhome, abantu barabibona, maze ehe, igunira* ryari munsi y’impuzu ziwe, ku mubiri wiwe.

  • Yesaya 24:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Hari amaborogo mu mabarabara kubera ubukene bw’umuvinyu. Umunezero wose wahise; umwigino w’igihugu wahafashe+.

  • Matayo 11:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 “Uragowe, Korazini! Uragowe, Betsayida+! kubera ko iyo ibikorwa vy’ububasha vyabereye muri mwebwe biza kuba vyabereye i Tiro n’i Sidoni, ivyo bisagara biba vyarigaye kera biri mu magunira* no mu minyota+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika