13 Kandi amazu ya Yeruzalemu n’amazu y’abami ba Yuda azoba koko nka Tofeti+, abe ayahumanye, ni ukuvuga, amazu yose bahora bafumbishiriza ku bisenge vyayo umwotsi w’ibimazi, bawufumbishirije ingabo zose zo mu majuru+ bakongera bakahasukira izindi mana amashikanwa y’ikinyobwa+.’”