ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 23:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Ibicaniro vyari ku gisenge c’icumba co hejuru+ ca Ahazi, ivyo abami ba Yuda bari barakoze, be n’ibicaniro+ Manase yari yarakoze mu bigo bibiri vy’inzu ya Yehova, umwami abisiturira hasi, hanyuma abijanjagurira ng’aho, araheza aterera umukungugu wavyo mu mwonga Kidironi.

  • 2 Abami 23:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Amenagura+ inkingi nyeranda, atema ibikingi vyeranda kandi aho vyari ahuzuza amagufa y’abantu.

  • Zaburi 79:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 79 Ewe Mana, amahanga yinjiye mu ntoranwa yawe+;

      Yahumanije urusengero rwawe rweranda+;

      Yagize Yeruzalemu ikirundo c’ibihomvagurike+.

  • Ezekiyeli 7:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Kandi nzobitanga mu kuboko kw’ab’ahandi ngo babinyage, no ku babisha bo kw’isi ngo babisahure+, kandi ntibazobura kubihumanya.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika