Yeremiya 48:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Umunyazi azoza ku gisagara kimwekimwe cose+, kandi nta gisagara na kimwe kizocika kw’icumu+. Ikiyaya co hasi kizoyogera ata kabuza, intara ishashe na yo izimanganywe, ni ko Yehova avuze. Yeremiya 48:42 Bibiliya y’isi nshasha 42 “‘Mowabu azozimanganywa koko ntasubire kuba igisata+, kuko yihambaje kuri Yehova+.
8 Umunyazi azoza ku gisagara kimwekimwe cose+, kandi nta gisagara na kimwe kizocika kw’icumu+. Ikiyaya co hasi kizoyogera ata kabuza, intara ishashe na yo izimanganywe, ni ko Yehova avuze.