ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 15:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Yaduze kuri Ya Nzu be n’i Diboni+, ku bibanza bikirurutse, kuririrayo. Mowabu iraboroga kubera Nebo+ no kubera Medeba+. Ku mitwe yaho yose hari ubuhanza+; ubwanwa bwose buramowe.

  • Yeremiya 48:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Mowabu aramaramaye, kuko acitse ivutu+. Nimuboroge, musemerere. Nimumenyeshe i Arunoni+ yuko Mowabu anyazwe.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika