Zaburi 2:1 Bibiliya y’isi nshasha 2 Kubera iki amahanga yagiye mu ruhagarara+,N’imiryango y’amahanga ikaguma ivugira mu ntamatama ikintu ata co kimaze+? Zaburi 67:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Imiryango y’amahanga ninezerwe, yihe akamo k’umunezero+,Kuko uzocira imanza ibisata vy’abantu mu kugororoka+;Nayo imiryango y’amahanga, kw’isi uzoyiyobora. Sela. Yesaya 13:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Umve! Isinzi mu misozi, ikintu womengo ni igisata c’abantu benshi+! Umve! Intureka y’ubwami, y’amahanga akoraniye hamwe+! Yehova nyen’ingabo ariko yegeranya ingabo z’intambara+.
2 Kubera iki amahanga yagiye mu ruhagarara+,N’imiryango y’amahanga ikaguma ivugira mu ntamatama ikintu ata co kimaze+?
4 Imiryango y’amahanga ninezerwe, yihe akamo k’umunezero+,Kuko uzocira imanza ibisata vy’abantu mu kugororoka+;Nayo imiryango y’amahanga, kw’isi uzoyiyobora. Sela.
4 Umve! Isinzi mu misozi, ikintu womengo ni igisata c’abantu benshi+! Umve! Intureka y’ubwami, y’amahanga akoraniye hamwe+! Yehova nyen’ingabo ariko yegeranya ingabo z’intambara+.