Yesaya 44:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Mpindura ubusa ibimenyetso vy’abavuga amajambo agaragara, kandi ndi Umwe atuma abaraguzi bakora nk’abasazi+; Umwe asubiza inyuma abantu b’inkerebutsi, n’Umwe ahindura ubumenyi bwabo ubupfu+; 1 Abakorinto 3:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Kuko ubukerebutsi bw’iyi si ari ubupfu ku Mana+; kuko vyanditswe ngo: “Afatira inkerebutsi mu rwenge rwazo bwite+.”
25 Mpindura ubusa ibimenyetso vy’abavuga amajambo agaragara, kandi ndi Umwe atuma abaraguzi bakora nk’abasazi+; Umwe asubiza inyuma abantu b’inkerebutsi, n’Umwe ahindura ubumenyi bwabo ubupfu+;
19 Kuko ubukerebutsi bw’iyi si ari ubupfu ku Mana+; kuko vyanditswe ngo: “Afatira inkerebutsi mu rwenge rwazo bwite+.”