ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 10:32
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 32 I Nobu+ haracari ku murango kugira ngo ahahagarare. Azungagiza ukuboko ahigira umusozi w’umukobwa wa Siyoni, umurambi wa Yeruzalemu+.

  • Yesaya 11:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Kandi Yehova azoca koko ururimi rw’ikiyaga ca Misiri+, yongere azungagirize ukuboko kuri rwa Ruzi+ mu kururumba kw’impwemu yiwe. Azorukubita mu nzuzi zarwo indwi z’isumo, kandi azotuma abantu bagendagenda mu nkweto zabo+.

  • Zakariya 2:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Kuko ehe ngira ndabazungagirize ukuboko+, kandi koko bazobera isahu abashumba babo+.’ Namwe muzomenya koko yuko Yehova nyen’ingabo ari we yantumye+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika