Yesaya 5:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Ukuroha kwabo ni nk’ukw’intambwe, bakaroha nk’intambwe z’imikangara z’imigāra+. Bazotontoma, bacakire ico barya, bagitware ata nkomanzi, kandi nta murokozi azoboneka+.
29 Ukuroha kwabo ni nk’ukw’intambwe, bakaroha nk’intambwe z’imikangara z’imigāra+. Bazotontoma, bacakire ico barya, bagitware ata nkomanzi, kandi nta murokozi azoboneka+.