Zaburi 50:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Enda nimubitahure, mwebwe abibagira Imana+,Sindabatabagure ata wuri bubarokore+. Yesaya 42:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Mugabo ni igisata casahuwe congera kiramburwa+, bose bagafatwa n’umutego mu binogo, kandi bagumye banyegejwe mu mazu y’ibohero+. Babaye abo gusahurwa ata murokozi+, abo kwamburwa ata wuri buvuge ngo: “Garukana!”
22 Mugabo ni igisata casahuwe congera kiramburwa+, bose bagafatwa n’umutego mu binogo, kandi bagumye banyegejwe mu mazu y’ibohero+. Babaye abo gusahurwa ata murokozi+, abo kwamburwa ata wuri buvuge ngo: “Garukana!”