Yesaya 46:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Umwe ahamagara i burasirazuba inyoni ihiga+, agahamagara mu gihugu ca kure umuntu wo gushitsa impanuro yanje+. Narabivuze; no kubishitsa nzobishitsa+. Naravyiyumviriye, no kubikora nzobikora+. Yeremiya 4:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Ku bw’ivyo, igihugu kizogandara+, kandi amajuru iyo hejuru azocura umwiza koko+. Ni kubera yuko nabivuze, nkabizirikana, kandi sinicujije, eka mbere sinzokwisubirako+.
11 Umwe ahamagara i burasirazuba inyoni ihiga+, agahamagara mu gihugu ca kure umuntu wo gushitsa impanuro yanje+. Narabivuze; no kubishitsa nzobishitsa+. Naravyiyumviriye, no kubikora nzobikora+.
28 Ku bw’ivyo, igihugu kizogandara+, kandi amajuru iyo hejuru azocura umwiza koko+. Ni kubera yuko nabivuze, nkabizirikana, kandi sinicujije, eka mbere sinzokwisubirako+.