Imigani 29:1 Bibiliya y’isi nshasha 29 Umuntu akangirwa+ kenshi mugabo agakomantaza izosi+ azovunagurwa giturumbuka, kandi ata gukira+. Yesaya 48:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Kubera ko nari nzi ko ugoye+ be n’uko izosi ryawe ari umutsi w’icuma+, kandi ko uruhanga rwawe ari umujumpu+,
4 Kubera ko nari nzi ko ugoye+ be n’uko izosi ryawe ari umutsi w’icuma+, kandi ko uruhanga rwawe ari umujumpu+,