Kuvayo 32:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Yehova yongera kubwira Musa ati: “Nitegereje aba bantu: emwe, ni abantu b’izosi ridadaraye+. Gusubira mu vyagezwe 10:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Kandi mutegerezwa kugenyera imitima yanyu+ ntimwongere gukomantaza amazosi yanyu+. 2 Abami 17:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 nuko ntibumviriza mugabo baguma bakomantaza amazosi yabo+ nk’amazosi ya ba sekuruza babo batari barizeye+ Yehova Imana yabo;
14 nuko ntibumviriza mugabo baguma bakomantaza amazosi yabo+ nk’amazosi ya ba sekuruza babo batari barizeye+ Yehova Imana yabo;