Kuvayo 34:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Maze avuga ati: “Nimba rero nagize ubutoni mu maso yawe, ewe Yehova, ndakwinginze, Yehova agendere hagati yacu+, kuko ari abantu b’izosi ridadaraye+, kandi ubabarire ikosa ryacu n’igicumuro cacu+, udufate nk’ikintu wigabira+.” Gusubira mu vyagezwe 9:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Kandi utegerezwa kumenya yuko ubugororotsi bwawe atari bwo butumye Yehova Imana yawe aguha iki gihugu ciza ngo ucigarurire; kuko uri igisata c’izosi ridadaraye+. Gusubira mu vyagezwe 31:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Kuko jewe nzi neza ubugarariji bwawe+ n’izosi ryawe ridadaraye+. Aho mwarinze mugarariza Yehova+ nkiri muzima kumwe namwe uno musi, hari akantu ninamara gupfa!
9 Maze avuga ati: “Nimba rero nagize ubutoni mu maso yawe, ewe Yehova, ndakwinginze, Yehova agendere hagati yacu+, kuko ari abantu b’izosi ridadaraye+, kandi ubabarire ikosa ryacu n’igicumuro cacu+, udufate nk’ikintu wigabira+.”
6 Kandi utegerezwa kumenya yuko ubugororotsi bwawe atari bwo butumye Yehova Imana yawe aguha iki gihugu ciza ngo ucigarurire; kuko uri igisata c’izosi ridadaraye+.
27 Kuko jewe nzi neza ubugarariji bwawe+ n’izosi ryawe ridadaraye+. Aho mwarinze mugarariza Yehova+ nkiri muzima kumwe namwe uno musi, hari akantu ninamara gupfa!