Kuvayo 34:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Maze avuga ati: “Nimba rero nagize ubutoni mu maso yawe, ewe Yehova, ndakwinginze, Yehova agendere hagati yacu+, kuko ari abantu b’izosi ridadaraye+, kandi ubabarire ikosa ryacu n’igicumuro cacu+, udufate nk’ikintu wigabira+.” Zaburi 78:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Kandi ntibari bakwiye gucika nka ba sekuruza babo+,Iyaruka ry’akagagazo kandi ry’irigarariji+,Iyaruka ry’abatari barateguye umutima wabo+,Kandi umutima wabo ntube umwizigirwa ku Mana+. Yesaya 48:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Kubera ko nari nzi ko ugoye+ be n’uko izosi ryawe ari umutsi w’icuma+, kandi ko uruhanga rwawe ari umujumpu+, Ivyakozwe 7:51 Bibiliya y’isi nshasha 51 “Yemwe bantu b’intabarirwa kandi batagenyerewe mu mitima+ no mu matwi: mwama murwanya impwemu nyeranda; nk’uko ba sogokuruza banyu bakora, ni ko namwe mukora+.
9 Maze avuga ati: “Nimba rero nagize ubutoni mu maso yawe, ewe Yehova, ndakwinginze, Yehova agendere hagati yacu+, kuko ari abantu b’izosi ridadaraye+, kandi ubabarire ikosa ryacu n’igicumuro cacu+, udufate nk’ikintu wigabira+.”
8 Kandi ntibari bakwiye gucika nka ba sekuruza babo+,Iyaruka ry’akagagazo kandi ry’irigarariji+,Iyaruka ry’abatari barateguye umutima wabo+,Kandi umutima wabo ntube umwizigirwa ku Mana+.
4 Kubera ko nari nzi ko ugoye+ be n’uko izosi ryawe ari umutsi w’icuma+, kandi ko uruhanga rwawe ari umujumpu+,
51 “Yemwe bantu b’intabarirwa kandi batagenyerewe mu mitima+ no mu matwi: mwama murwanya impwemu nyeranda; nk’uko ba sogokuruza banyu bakora, ni ko namwe mukora+.