2 Ngoma 12:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Mugabo akora ivyari bibi+, kuko atari yarashimangiye umutima wiwe ngo arondere Yehova+. Zaburi 81:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Nuko ndabareka bagendera mu kagagazo k’umutima wabo+;Bagendeye mu nama zabo bwite+. Yeremiya 5:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Mugabo aba bantu basigaye bafise umutima w’akagagazo kandi ugarariza; barakebeje kandi baguma bagendera mu nzira yabo+. Yeremiya 7:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Mugabo ntibumvirije, canke ngo batege ugutwi+, ariko bagendeye mu nama zabo, mu kagagazo k’umutima wabo mubi+, ku buryo basubira inyuma, aho kuja imbere+,
23 Mugabo aba bantu basigaye bafise umutima w’akagagazo kandi ugarariza; barakebeje kandi baguma bagendera mu nzira yabo+.
24 Mugabo ntibumvirije, canke ngo batege ugutwi+, ariko bagendeye mu nama zabo, mu kagagazo k’umutima wabo mubi+, ku buryo basubira inyuma, aho kuja imbere+,