Kuvayo 34:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Maze avuga ati: “Nimba rero nagize ubutoni mu maso yawe, ewe Yehova, ndakwinginze, Yehova agendere hagati yacu+, kuko ari abantu b’izosi ridadaraye+, kandi ubabarire ikosa ryacu n’igicumuro cacu+, udufate nk’ikintu wigabira+.” Gusubira mu vyagezwe 9:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Kandi utegerezwa kumenya yuko ubugororotsi bwawe atari bwo butumye Yehova Imana yawe aguha iki gihugu ciza ngo ucigarurire; kuko uri igisata c’izosi ridadaraye+. Nehemiya 9:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 “Ariko bo, egome, ba sogokuruza bacu, baritaye imbere+ maze bakomantaza izosi+, ntibumviriza amabwirizwa yawe. Ivyakozwe 7:51 Bibiliya y’isi nshasha 51 “Yemwe bantu b’intabarirwa kandi batagenyerewe mu mitima+ no mu matwi: mwama murwanya impwemu nyeranda; nk’uko ba sogokuruza banyu bakora, ni ko namwe mukora+. Abaheburayo 3:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 mu gihe bikivugwa ngo: “Uno musi nimwumviriza ijwi ryayo+, ntimukomantaze imitima yanyu nka ca gihe c’ugutera ishavu ry’umururazi+.”
9 Maze avuga ati: “Nimba rero nagize ubutoni mu maso yawe, ewe Yehova, ndakwinginze, Yehova agendere hagati yacu+, kuko ari abantu b’izosi ridadaraye+, kandi ubabarire ikosa ryacu n’igicumuro cacu+, udufate nk’ikintu wigabira+.”
6 Kandi utegerezwa kumenya yuko ubugororotsi bwawe atari bwo butumye Yehova Imana yawe aguha iki gihugu ciza ngo ucigarurire; kuko uri igisata c’izosi ridadaraye+.
16 “Ariko bo, egome, ba sogokuruza bacu, baritaye imbere+ maze bakomantaza izosi+, ntibumviriza amabwirizwa yawe.
51 “Yemwe bantu b’intabarirwa kandi batagenyerewe mu mitima+ no mu matwi: mwama murwanya impwemu nyeranda; nk’uko ba sogokuruza banyu bakora, ni ko namwe mukora+.
15 mu gihe bikivugwa ngo: “Uno musi nimwumviriza ijwi ryayo+, ntimukomantaze imitima yanyu nka ca gihe c’ugutera ishavu ry’umururazi+.”