Kuvayo 34:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 “Uzokora imisi itandatu, mugabo ku musi ugira indwi uzokwubahiriza isabato+. Mu gihe c’irima no mw’iyimbura uzokwubahiriza isabato+. Gusubira mu vyagezwe 5:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 “‘Mu kwubahiriza umusi w’isabato ngo uwufate ko ari mweranda, nk’uko Yehova Imana yawe yagutegetse+,
21 “Uzokora imisi itandatu, mugabo ku musi ugira indwi uzokwubahiriza isabato+. Mu gihe c’irima no mw’iyimbura uzokwubahiriza isabato+.
12 “‘Mu kwubahiriza umusi w’isabato ngo uwufate ko ari mweranda, nk’uko Yehova Imana yawe yagutegetse+,