2 Abami 19:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Tega ugutwi, Yehova we, wumve+. Ugurura amaso+, ewe Yehova, ubone, wumve amajambo ya Senakeribu, ayo yatumye gucokora+ Imana nzima. Nehemiya 4:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Niwumve+, ewe Mana yacu, kuko twabaye agakengerwe+; nusubize iceyi+ cabo ku mutwe wabo, kandi utume basahurwa bajanwe mu gihugu c’ubunyagano.
16 Tega ugutwi, Yehova we, wumve+. Ugurura amaso+, ewe Yehova, ubone, wumve amajambo ya Senakeribu, ayo yatumye gucokora+ Imana nzima.
4 Niwumve+, ewe Mana yacu, kuko twabaye agakengerwe+; nusubize iceyi+ cabo ku mutwe wabo, kandi utume basahurwa bajanwe mu gihugu c’ubunyagano.