ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Ngoma 16:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Ariko Asa ababazwa n’uwo rubonyi maze amushira mu nzu y’impatane z’ibiti*+, kuko yari yamugiriye ubushangashirwe kubera ico kintu+. Nuko Asa atangura gukandamiza+ n’abandi bantu muri ico gihe nyene.

  • Yeremiya 29:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 ‘Yehova ubwiwe yakugize umuherezi mu kibanza ca Yehoyada umuherezi, kugira ngo ube umucungezi mukuru w’inzu ya Yehova+ ku muntu uwo ari we wese yasaze+ kandi yifata nk’umuhanuzi, kandi umushire mu mpatane z’ibiti no mu mpatane zifata umutwe n’amaboko+;

  • Ivyakozwe 16:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Kubera ahawe itegeko mwene iryo, abata mw’ibohero ry’imbere+, abohera ibirenge vyabo mu mpatane z’ibiti*+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika