2 Ngoma 16:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ariko Asa ababazwa n’uwo rubonyi maze amushira mu nzu y’impatane z’ibiti*+, kuko yari yamugiriye ubushangashirwe kubera ico kintu+. Nuko Asa atangura gukandamiza+ n’abandi bantu muri ico gihe nyene. Yeremiya 20:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Maze Pashuri akubita Yeremiya umuhanuzi+ yongera amushira mu mpatane z’ibiti*+ zari mw’Irembo ryo Haruguru rya Benyamini, iryari mu nzu ya Yehova. Ivyakozwe 16:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Kubera ahawe itegeko mwene iryo, abata mw’ibohero ry’imbere+, abohera ibirenge vyabo mu mpatane z’ibiti*+.
10 Ariko Asa ababazwa n’uwo rubonyi maze amushira mu nzu y’impatane z’ibiti*+, kuko yari yamugiriye ubushangashirwe kubera ico kintu+. Nuko Asa atangura gukandamiza+ n’abandi bantu muri ico gihe nyene.
2 Maze Pashuri akubita Yeremiya umuhanuzi+ yongera amushira mu mpatane z’ibiti*+ zari mw’Irembo ryo Haruguru rya Benyamini, iryari mu nzu ya Yehova.
24 Kubera ahawe itegeko mwene iryo, abata mw’ibohero ry’imbere+, abohera ibirenge vyabo mu mpatane z’ibiti*+.