ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ezekiyeli 3:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Ya mpwemu iranterura+, irantwara, ku buryo ngenda mbabaye, nshangashiwe mu mutima, kandi ukuboko kwa Yehova kwari kuri jewe kwari gukomeye+.

  • Mika 3:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Ariko jeho, bivuye ku mpwemu ya Yehova, nsigaye nuzuye ububasha n’ubutungane n’ubushobozi+, kugira ngo menyeshe Yakobo umugararizo wiwe na Isirayeli igicumuro ciwe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika