Yobu 12:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ncitse umuntu w’akamenyo kuri mugenziwe+,Uwuhamagara Imana ngo imwishure+.Umugororotsi, uwutagirako umugayo, abaye akamenyo. Zaburi 22:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Nayo abambona bose, bantwengera mw’ijigo+;Baguma bataburura iminwa, baguma bazunza umutwe, ngo+: Yeremiya 15:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ndagowe+ mawe we, kuko wanyibarutse, jewe umuntu yama mu mitongano, umuntu yama mu mishihano n’isi yose+. Sinatanze ingurane, kandi nta ngurane bampaye. Bose bahamagarira akabi kuri jewe+. Gucura intimba 3:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Nahindutse agatwengo+ ku bantu bose bandwanya; ni jewe bavuga mu ruririmbo rwabo bukarinda bwira+. Ivyakozwe 17:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Erega, aho bumviye ivy’izuka ry’abapfuye, bamwe batangura kwitwengera+, abandi na bo bivugira ngo: “Tuzoba turakwumva kuri ivyo n’ikindi gihe.”
4 Ncitse umuntu w’akamenyo kuri mugenziwe+,Uwuhamagara Imana ngo imwishure+.Umugororotsi, uwutagirako umugayo, abaye akamenyo.
10 Ndagowe+ mawe we, kuko wanyibarutse, jewe umuntu yama mu mitongano, umuntu yama mu mishihano n’isi yose+. Sinatanze ingurane, kandi nta ngurane bampaye. Bose bahamagarira akabi kuri jewe+.
14 Nahindutse agatwengo+ ku bantu bose bandwanya; ni jewe bavuga mu ruririmbo rwabo bukarinda bwira+.
32 Erega, aho bumviye ivy’izuka ry’abapfuye, bamwe batangura kwitwengera+, abandi na bo bivugira ngo: “Tuzoba turakwumva kuri ivyo n’ikindi gihe.”