Zaburi 6:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Abansi banje bose bazomaramara+ kandi badurumbane cane rwose;Bazosubira inyuma; bazomaramara nk’aka kanya+. Zaburi 35:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Nibamaramare barye ivyatsi bose hamwe+,Abo banezererwa ivyago vyanje+.Nibambikwe ibimaramare+ n’agateterwe, abo banyiryako+. Zaburi 40:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Nibamaramare barye ivyatsi bose hamwe+,Abo barondera ubuzima bwanje ngo babuzimanganye+.Nibahindukire bateterwe, abo bahimbarwa n’ivyago vyanje+. Yeremiya 23:40 Bibiliya y’isi nshasha 40 Kandi nzobashirako iceyi co gushika igihe kitagira urugero, n’agateterwe ko gushika igihe kitagira urugero katazokwibagirwa+.”’”
10 Abansi banje bose bazomaramara+ kandi badurumbane cane rwose;Bazosubira inyuma; bazomaramara nk’aka kanya+.
26 Nibamaramare barye ivyatsi bose hamwe+,Abo banezererwa ivyago vyanje+.Nibambikwe ibimaramare+ n’agateterwe, abo banyiryako+.
14 Nibamaramare barye ivyatsi bose hamwe+,Abo barondera ubuzima bwanje ngo babuzimanganye+.Nibahindukire bateterwe, abo bahimbarwa n’ivyago vyanje+.
40 Kandi nzobashirako iceyi co gushika igihe kitagira urugero, n’agateterwe ko gushika igihe kitagira urugero katazokwibagirwa+.”’”